Uko wahagera

Inama Y’Umutekano No Kugwanya Iterabwoba Muri Afrika.

President w'igihugu ca Nigeria, Dr. Goodluck Ebele Jonathan, ariko arashikiriza ijambi, igihe c'inama nkuru y'ishirahamwe rya Afrika kw'igenekerezio rya 2 ry'ukwezi kw'icenda, 2014, inNairobi, muri Kenya.

Abakuru b’ibihugu batari bake hamwe n’abategetsi baserukira amareta yabo, barakoraniye I Nairobi, mu nama yamaze umusi umwe kw’igenekerezo rya kabiri ry’uku kwezi kw’icenda.

Iyo nama ibaye mu gihe mu bihugu bitari vyo muri Afrika hamaze kuba ibitero vy’iterabwoba, bikozwe n’imirwi nka Al-Shabab wo mu gihugu ca Somalia hamwe n’umurwi Boko Haram wo mu gihugu ca Nigeria.

Vice president wa mbere w’Uburundi, Prosper Bazombanza, yari mur’iyo nama aho yari yaserukiye president w’Uburundi, Pierre Nkurunziza. Yarahaye ikiganiro Frederic Nkundikije:

Mushobora kwumviriza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:26 0:00
Ibishamikiyeho

XS
SM
MD
LG