Uko wahagera

Inama Idasanzwe y’Abakuru b’Ibihugu, I Kampala.


Pro-Russian rebels fire artillery toward Ukrainian position at Donetsk Sergey Prokofiev International Airport on outskirts the city of Donetsk, eastern Ukraine.
Pro-Russian rebels fire artillery toward Ukrainian position at Donetsk Sergey Prokofiev International Airport on outskirts the city of Donetsk, eastern Ukraine.

Iyo nama yari ifise umugambi wo kwihweza uburyo bwo kugarukana amahoro mu gihugu ca Republika ya Congo iharanira demokrasi.

Ku musi wa kane, itariki zitanu z’ukwezi kw’icenda, inama nkuru idasanzwe y’abakuru b’ibihugu vyo muri ntara ya Afrika y’ibiyaga, yarakoraniye I Kampala mu gihugu ca Uganda.

Hari n’abandi bategetsi bakomeye bagize uruhara mur’iyo nama, barimwo intumwa idasanzwe ya reta zunze ubumwe za amerika mu ntara ya Afrika y’ibiyaga binini, Russ Feingold; intumwa idasanzwe y’ishirahamwe mpuzamakungu, Mary Robinson, hamwe n’umukuru w’ishirahamwe rya Afrika, Nkosazama Dlamini- Zuma.

Inyuma y’aho iyo nama irangiriye, umushikiranganji w’Uburundi ajejwe imigenderanire y’Uburundi n’amakungu, Laurent Kavakure, yaragiranye ikiganiro na Frederic Nkundikije, araheza aramubwira ivyapfundikiwe mur’iyo nama:

Mushobora kwumviriza umushikiranganji, Laurent Kavakure:
please wait

No media source currently available

0:00 0:06:31 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG