Inyuma y’aho abategetsi bo mu Burundi bajejwe kwemeza imigambwe hamwe n’inyuma y’aho umukuru w’umugambwe FNL, Emmanuel Miburo, bahakaniye ivyatangajwe na Rwasa Agathon yahoze arongoye uyo mugambwe, umushingantahe Rwasa, yarasiguye igituma, ariwe akiri umukuru w’uyo mugambwe.
Yarahakanye kandi akamo yatewe n’umushingantahe Emmanuel Miburo, kamusa gusaba ikigognwe abanywanyi b’umugambwe FNL. Umushingantahe Rwasa ahubwo avuga kw’abakwiye gusaba ikigongwe, ari bamwe mu barongoye umugambwe FNL, ngo bakoranye na reta mu kugerageza kumugandagura:
Mushobora kwumviriza.