Uko wahagera

Akamaro ku Bihugu vyo Muri Afrika k’Ukuja mu mashirahamwe y’Ugufashanya mu Vy’ubutunzi n’Ubudandaji


Professeur Leonce Ndikumana wo kuri kaminuza ya
Massachusetts at Amherst.
Professeur Leonce Ndikumana wo kuri kaminuza ya Massachusetts at Amherst.
Ingingo y’ibihugu vyo muri Afrika y’ukuja mu mashirahamwe y’ugufashanya mu vy’ubutunzi n’ubudandaji, mu turere dutandukanye two muri Afrika, s’ikintu gitanguye vuva.

Akamaro k’ukuja muri ayo mashirahamwe kakaba ari kanini cane, ku bihugu vyo muri Afrika. Ku vyerekeye ico kibazo, twaratumiye umushikiranganji w’Uburundi ajejwe ibibazo vyo mw’ishirahamwe ry’ibihugu vyo muri Afrika yo mu buseruko, Leontine Nzeyimana, n’umwigisha kuri kaminuza ya Massachusetts, at Amherst, Leonce Ndikumana.

Abandi bagize uruhara muri ico kiganiro, ni Elvis Barancira, na Beni Dushikane, abanyeshule muri kaminuza y’Uburundi.

Tubatege amatwi:

please wait

No media source currently available

0:00 0:14:43 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG