Ayo matora y’umukuru w’igihugu hamwe n’abashingamateka, yaranzwe n’imirongo miremire y’abanyagihugu bitavye ayo matora.
Papa Francis, yaravuganye n’abamenyeshamakuru, ku musi wa mbere, ari mu ndege yari imutahukanye I Roma
Menshi muri ayo mabombe yaturitse, ku musi wa mbere yaturikiye, mu bice bibamwo ahanini n’Aba Shi’ite, ku murwa mukuru, Bagdad
Imirwi ishigikiye Morsi, yasavye kandi, Abanya Misiri guhura, ku musi wa kabiri, kugira bagire imyiyerekano y’abadashigikiye ikurwa ku butegetsi rya Mohamed Morsi,
Yamara hari abakibona kw’impinga iki ndende, kugira Ubushinwa burengane Amerika.
Ibihugu bizakomeza gutera inkunga M23 bizafatirwa ibihano
Korea ya ruguru, yaragirishije defile ikomeye cane y’igisirikare, ejo ku musi wa gatandatu, y’ukwibua ivyo Koera ya ruguru, uvuga kw’ari umusi umusi w’intsinzi, mu ngwano y’uguhabuka igihugu.
Igipolisi catangaje ko kiriko kiratohoza, Francisco Jose Garzon Amo, yamara ntaragirizwa icese icaha na kimwe.
Abapolisi bagera ku bihumbi bibirii, bari barungitswe kwubahiriza umutekano, mu kibanza gihezagiye ca Bikiramariya, mu gisagara ca Aparecida, mu gihugu ca Bresil
Igihombo cy'inganda z'imodoka cyatumye umujyi wa Detroit ugwa hasi
Abategetsi b’igihugu ca Panama, bahagaritse ubwo bwato, kubera ukwikeka ko bwari butwaye ibiyayura umutwe.
John Kerry, yabwiye abamenyeshamakuru, ku musi wa gatatu, kw’ibiganiro yagiranye n’abategetsi b’igihugu ca Israel, n’abategetsi b’Abanya Palestina, vyashoboye kugabanya bikomeye ibitandukanya izo mpande zibiri
Voma ibindi