Abategetsi b’igihugu ca Brezil batangaje kw’umuriro wadutse mu gutondo c’ejo ku musi w’Imana mu kibanza abantu batambiramwo kizwe lkw’izirwa rya, ‘Kiss”,
Abantu umuliyoni n’ibihumbi ijana canke barenga baragandaguwe mu kibanza ca Auschwitz, benshi muribo Abayahudi.
Uwo mutwe uzahabwa manda yo kwambura intwaro Inyeshyamba
Hillary Clinton yahanganye na bamwe mu bagize Kongre y'Amerika yisobanura ku gitero cyo muri Libiya.
Prezida Obama yarahiye icese ejo ku musi wa mbere ku ngazi z’inyubakwa y’inama nshingamateka mu gihe abantu ibihumbi amajana n’amajana bakoraniye mu kibanza ca Mall cegereye ahabereye ibirori vy’ukurahira,
Prezida Obama n’umupfasoni wiwe, Michelle Obama barafashije gusukura ishule ntoyi mu gisagara ca Washington, mu biri mu bikorwa bitari bike vy’ugufasha abandi vyateguwe n’urwego rujejwe ibirori vy’ukurahira kwa prezida Obama.
Kurengera abana ni yo nshingano nyamukuru y'abatuye igihugu
Intambara yahitanye abanyasyria benshi n'igihugu cyasenyutse ku buryo budasubirwaho
OMS isanga itabi rihitana abantu bagera miliyoni esheshatu kw’isi buri mwaka. Ibyo bivuze ko hafi umuntu umwe apfa buri masegonda atandatu azira itabi, kandi uwo ni umuntu umwe mu bantu 10 bakuze.
Igihe prezida Obama yariko atangaza igenwa rya Chuck Hagel na John Brennan, baragerageje guhumuriza abantu ku mpungene bashobora kuba bafise ku vyerekeye igenwa ryabo.
Voma ibindi