gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Repubulika ya demokarasi ya Kongo yaraye itangaje reta nshasha igizwe n’abaminisitiri 54. Ihuriro "Forbidden Stories" ryatangiye gusohora inkuru ryita 'Kirazira' mu Rwanda. Reta ya Tanzaniya kuri uyu wa gatatu yatahukanye impunzi z’Abarundi 1.078 bari bakirondera ubuhungiro mw’ikambi ya Nyarugusu.