gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:30
18:00 - 18:30
Amakuru y'Akarere
Abari mu mashirahamwe yigenga muri Kongo bakoze imyiyerekano basaba Reta gukemura ikibazo c'umutekano. Malawi igeramiwe n'ikiza ca kolera. Imikino y’igikombe c’isi ibera muri Katari yakomeje uyu munsi: Ubusuwisi bwatsinze Kameruni kimwe ku busa. Ido n'ido y'izi nkuru zose ni muri ano makuru.
19:30 - 19:59