Uko wahagera

Amakuru y'Akarere

Umunyapolitike Moise Katumbi wiyamamariza umwanya w’umukuru w’igihugu muri Kongo yiyamamarije mu mujyi wa Goma. Somaliya kibaye icya munani kinjiye mu muryango wa EAC. OMS yemeje ko ingwara y’akaranda iva ku nguge “Mpox”, iriko irandukira abanyagihugu muri Kongo.


Amakuru y'Akarere
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:56 0:00
XS
SM
MD
LG