Uko wahagera

Murisanga

Ni uruhe ruhara rw’ubumenyi n’ubuhinga mu gutorera inyishu amatati ari hagati y’abantu, imirwi, amashirahamwe canke hagati ya za reta? Sylvestre Ntibantunganya, ni umushingantahe yagize uruhara mu bikorwa vyo kwumvikanisha imirwi yari ifitaniye amatati mu Burundi, niwe mutumire.


Murisanga
please wait

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00
XS
SM
MD
LG