Uko wahagera

Murisanga

Tanzaniya ihanganye n’umugera wa Marburg umaze guhitana abantu 5 bo mu karere gahana urubibe n’Uburundi. Ni mu gihe mu Burundi abagera kuri 5 bahitanywe n’ingwara itaramenyekana ifise ibimenyetso nk’ivya Ebola na Marbug. Muri Murisanga, Muganga Arsene Nzobandora aradusigurira ivya Virusi ya Marburg.


Murisanga
please wait

No media source currently available

0:00 0:59:54 0:00
XS
SM
MD
LG