Amakuru ku Mugoroba
Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Inzara yasubiriye kwaduka mu ntara ya Kirundo mu Burundi Reta y’u Rwanda itangaza ko ata munyagihugu azosusbira gukurwa mu vyiwe, atabanje kwishurwa ingurane y’umutungo wiwe. Ubufaransa Bugiye Gukumira Bamwe mu Ngenzi Ziva mu Bwongereza