Uko wahagera

Amakuru ku Mugoroba

Ingingo zigize amakuru yo mugoroba: CEDEAO Yafatiye ibihano bamwe mu bategetsi ba Mali Amerika Yuguruye imipaka yayo yari imaze imyaka 2 yugaye Abahunga muri Etiyopiya Bavuga ko bagabwako ibitero bagategekwa kuja mu gisirikare. Imiriyoni 45 zugarijwe n'inzara kw'Isi yose. Ikibazo c'ubukene bw'isukari n'igitoro mu Burundi.


Amakuru ku Mugoroba
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:59 0:00
XS
SM
MD
LG