Uko wahagera

Abarundi Basubiye Kuganira Arusha

Ibiganiro bihuza Abarundi vyatanguye kuri uyu wa mbere i Arusha muri Tanzaniya. Abaserukira abatavuga rumwe na reta hamwe n'amashirahamwe yigenga bahunze ntibitavye. Ibiro vy'umuhuza bivuga ko habwirizwa kuboneka amasezerano yo kugarukana amahoro mu burundi.


Abarundi Basubiye Kuganira Arusha
please wait

No media source currently available

0:00 0:04:46 0:00
XS
SM
MD
LG