Uko wahagera

Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Murisanga

Raporo y'Amerika ivuga ko abantu barenga 280 bishwe mu Burundi mu mezi 8 ya mbere y’umwaka w’2023. Ligue Iteka ni rimwe mu mashirahamwe akurikirana uko agateka ka muntu kubahirizwa mu Burundi. Muri Murisanga uyu munsi, twatumiwe umuyobozi waryo ngo aduhe ibisiguro kuri ico kibazo.

All programs

Up next 16:00 - 17:00 59:57 min

Murisanga
See full schedule
XS
SM
MD
LG