Uko wahagera

Amakuru mu Gitondo
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:56 0:00

Amakuru mu Gitondo

Ishirahamwe mpuzamakungu ry’umupira w’amaboko,basketball, FIBA ryarahagaritse vy’infatakibanza urunani ruhurikiyemwo ama ekipe ya Basketball mu Burundi, FEBABU. Irani yagabishije Isirayeri ko igahirahira ikihora ku bitero yayigavyeko izokwibonera. Muri Sudani, umwaka urarumanye intambara itanguye.

All programs

Up next 05:30 - 06:00 30 min

Amakuru mu Gitondo
See full schedule
XS
SM
MD
LG