Uko wahagera

Umuziki
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:29:59 0:00

Umuziki

Dususuruke iragaruka ku mudiho witwa "Country Music". Ni umudiho wo muri Amerika, aho abacuraranga baririmba mu congereza mu mudiho bisangije. Ni umudiho uba wiganjemo indirimbo zikomoka mu masengero. Aba baririmvyi 3 barimwo Kenny Rogers, Kim Carnes, na James Ingram bazwi cane muri uwo mudiho.

All programs

Up next 16:00 - 17:00 59:57 min

Murisanga
See full schedule
XS
SM
MD
LG