Uko wahagera

Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Murisanga

Muri Murisanga y'uno munsi, tugaruka ku migambi itandukanye Amerika icisha mu buserukizi bwayo mu bihugu vyo mu karere k'ibiyaga binini, kugira ishigikire ubumenyi n'inyigisho mu rwaruka. Umutumire ni Ramadhani Sintuka. Mu vyo Sintuka ajejwe muri Ambassade y'Amerika, harimwo ivy'iyo migambi.

All programs

Up next 16:00 - 17:00 59:57 min

Murisanga
See full schedule
XS
SM
MD
LG