Uko wahagera

Amakuru mu Gitondo
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:59 0:00

Amakuru mu Gitondo

Amasezerano y'Uburundi n'Uburusiya mu vyo gucukura ubutare bwa Uranium ateye impungenge impande zitandukanye, zirimwo abashingamateka n’amashirahamwe yigenga. Impanuka ya Bisi muri Mali yahitanye abarenga 30. Amatora rusangi azoba mu kwezi kwa gatandatu.

All programs

Up next 16:00 - 17:00 59:57 min

Murisanga
See full schedule
XS
SM
MD
LG