Uko wahagera

Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Murisanga

Kuva ku musi wa mbere w’indwi iheze, urwego rw’abashingantahe ntirukibaho mu Burundi. Urwo rwego rwasubiriwe n’urwego rw’abahuza ruzoba rujejwe kwuzuriza Abarundi mu manza no ma matati yo ku mitumba.

All programs

Up next 05:30 - 06:00 30 min

Amakuru mu Gitondo
See full schedule
XS
SM
MD
LG