Uko wahagera

Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:58 0:00

Murisanga

Muri Murisanga y'uno munsi, twabatumiriye, Denise Bucumi Nkurunziza, umutambukanyi w'Umuhisi Pierre Nkurunziza yahoze ari prezida w'Uburundi. Mu kiganiro c'uno munsi, aragaruka ku rugendo rwiwe arimwo muri Reta ya Iowa aha muri Amerika, na bimwe mu bikorwa arimwo ku rubuga.

All programs

Up next 18:00 - 18:30 29:57 min

Amakuru y'Akarere
See full schedule
XS
SM
MD
LG