Uko wahagera

Amakuru y'Akarere
please wait

No media source currently available

0:00 0:30:00 0:00

Amakuru y'Akarere

Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Inama y’abakuru b’ibihugu na za guverinoma zigize umuryango uhurikiyemwo ibihugu bihuriye ku congereza, Commonwealth, yaraye yemeje ko Gabon na Togo, vyinjira muri uyu muryango. Uburusiya bwagavye igitero ku murwa mukuru wa Ukraine, Kiev.

All programs

Up next 16:00 - 17:00 59:57 min

Murisanga
See full schedule
XS
SM
MD
LG