Uko wahagera

Amakuru y'Akarere
please wait

No media source currently available

0:00 0:30:00 0:00

Amakuru y'Akarere

Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Uburundi butewe impungenge n'imirwi y'abantu bitwaje ibirwanisho ishobora gutera ico gihugu ivuye mu Rwanda na kongo canke igatera ivyo bihugu bibiri iciye ku butaka bw'Uburundi. Ibrahim Boubacar Keïta yahoze atwara Mali yitavye Imana. Naho muri Somaliya, umuvugizi wa Reta yasimvye urupfu ku ncuro ya kane.

All programs

Up next 05:30 - 06:00 30 min

Amakuru mu Gitondo
See full schedule
XS
SM
MD
LG