Uko wahagera

Amakuru ku Mugoroba
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:59 0:00

Amakuru ku Mugoroba

Ingingo zigize amakuru yo ku mugoroba: Igisirikare c'Uburundi kivuga ko gitewe impungenge n'imirwi y'abantu bitwaje ibirwanisho ishobora gutera Uburundi ivuye mu Rwanda na Congo canke igatera ivyo bihugu bibiri iciye kubutaka bw'Uburundi. Guverinoma y’u Rwanda iratangaza ko nta muturage ukwiye guhatirwa kwikingiza Covid19. Ibi bivuzwe nyuma yaho imiryango imwe n’imwe itari iya Leta, igaragaje ko mu bikorwa byo gukingira Covid-19, hagaragaramo guhohotera abaturage batarabyumva. Reta ya Mali yagabishije Ubufaransa ibwagiriza kuba bwacishije indege yabwo ya gisirikare mu kirere cayo bidaciye mu mategeko. Mali ivuga ko Ubufaransa bwayivogereye, kandi ko ari nka hamwe bwosubira, butazokwitura ingaruka zizoba.

All programs

Up next 19:30 - 20:00 29:57 min

Amakuru ku Mugoroba
See full schedule
XS
SM
MD
LG