Uko wahagera

Amakuru ku Mugoroba
please wait

No media source currently available

0:00 0:30:00 0:00

Amakuru ku Mugoroba

Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Mu Burundi, ishirahamwe Ntabariza riharanira agateka k'abanyororo n'imiryango yabo risaba irekurwa ry’abanyororo batararekurwa mu barenga 5000 bahawe ikigongwe na Prezida Evariste Ndaysihimiye. Impanuka y'imodoka mu ntara ya Mwanza muri Tanzaniya yahitanye 14 barimwo abamenyeshamakuru 5 Ibiganiro vya OTAN n'Uburusiya ku Kibazo ca Ukraine Vuba Biratangura

All programs

Up next 05:30 - 06:00 30 min

Amakuru mu Gitondo
See full schedule
XS
SM
MD
LG