Urugendo rwa Melania Trump muri Malawi mu Mafoto

Umufasha wa perezida wa Amerika Donald Trump, Melania Trump, aho yashika ku kibuga c'indege mpuzamakungu ca Lilongwe muri Malawi kuri uno wa kane igenekerezo rya 4/10/2018
 

 Melania Trump yasanganiwe n'abana agishika muri Malawi 

Melania Trump ariko yakirwa n'umutambukanyi w'umukuru w'igihugu ca Malawi, Gertrude Maseko. 

Melania Trump ariko atora amashurwe yasanganijwe 

Melania Trump imbere yo kurira indege imushikana muri Mlawi. Aha, yari ku kibuga c'indege ca  Kotoka kiri i  Accra muri  Ghana