Willy Nyamitwe: Ibivugwa na Perezida Kagame Biteye Isoni

Umuhanuzi wa Perezida Petero Nkurunziza Willy Nyamitwe

Ibiro vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi biratera ivyatsi ivyavuzwe n’umukuru w’igihugu c’u Rwanda Perezida Paul Kagame aho avuga ko ubwicanyi bugigwa mu Burundi, bwo bazwa umukuru w’igihugu c’u Burundi n’abayobozi b’igihugu.

Yamara Perezida Paul Kagame avuga ko hari n’abanyarwanda babagome bashhobora kuba bafise uruhara mu bwicanyi buriko buragigwa mu Burundi.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Auriane Itangishaka yavuganye n’umuhanuzi mukuru ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy'umukuru w'igihugu c’Uburundi Willy Nyamitwe kuri iki kibazo.

Your browser doesn’t support HTML5

Willy Nyamitwe yavuganye n'Ijwi ry'Amerika