Prezida Félix Tshisekedi yagenye Sylvestre Ilunga Ilunkamba nk'umushikiranganji wa mbere wa Republika iharanira demokarasi ya Congo. Amugenye inyuma y'amezi hafi ane atanguye imirimo yiwe.
Sylvestre Ilunga Ilukamba Yagenywe mu Kibanza c'Umushikiranganji wa Mbere wa Republika Iharanira Demokarasi ya Congo
Sylvestre Ilunga Ilunkamba kumwe na Prezida Felix Tshisekedi
Sylvestre Ilunga Ilunkamba kumwe na Prezida Felix Tshisekedi
Sylvestre Ilunga Ilukamba inyuma yo kubonana na Prezida Felix Tshisekedi
Sylvestre Ilunga Ilunkamba kumwe
(Twitter/Corneille Lubaki)