Amafoto y'Irekurwa ry'Abamenyeshamakuru 2 ba Reuters Muri Myanmar

Umumenyeshamakuru Wa Lone na Kyaw Soe Oo kumwe n'abana babo inyuma yo kurekurwa ku kigongwe c'umukuru w'igihugu 
 

Wa Lone na Kyaw Soe Oo ba Reuters inyuma yo gusohoka uburoko 
 

Wa Lone avugana n'abamenyeshamakuru inyuma yo kwidegemvya

Wa Lone na  Kyaw Soe Oo bariko basohoka ibohero 
 

Wa Lone na Kyaw Soe Oo mu muduga wabavanye mu gasho ubageza mu mihana yabo.

Wa Lone na Kyaw Soe Oo kumwe n'abaryango bigina irekurwa ryabo 
 

 Wa Lone kumwe na madamu n'umukobwa wiwe. Iruhande yabo hari Kyaw Soe Oo ateruye umukobwa wiwe na madamu wiwe Chit Su Win.