Leta y'Uburundi Isaba Abanyamitahe Kwijukira Igisata c'Ivyamwa n'Imboga

Mu Burundi, ikigo c'igihugu kijejwe guteza imbere abanyamitahe ADB gihamagarira abanyamitahe kwijukira igisata c'ivyamwa n'imboga hamwe n'amashurwe mu ntumbero yo kugwiza ivyo Uburundi bushorera mu makungu.

Ico kigo catunganije ihayanishwa n'uruganda vyo guhanahana ivyiyumviro kubakorera muri ico gisata. Abasanzwe bakorera muri ico gisata kitari mu bihurumbirwa cane bizeye ko bagiye kubona akarusho.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge willy Kaneza ni we abashikiriza ino nkuru

Your browser doesn’t support HTML5

Uburundi Bushaka Guteza Imbere Ubudandaji bw'Ivyamwa, Imboga n'Amashurwe