Burundi: Mu Kirundo Umwe Yiciwe mu Kabari

Igipolici cyatanye mu mitwe n'abantu bari bafise intwaro umuntu umwe ahasiga ubuzima. Ibyo byabereye ku kirabo citwa New Top Ten mu gisagara c’intara ya Kirundo mu Burundi.

Ico gitero cabaye buramatari w’iyo ntara Melchior Nankwahomba na we aei muri ico kirabo. Yaganiriye n'umumenyashamakuru w'Ijwi ry'Amerika Auriane Itangishaka, amusobanurira uko byari byifashe.

Your browser doesn’t support HTML5

BURAMATARI WA KIRUNDO