Ivyaranze Ubuzima bwa Prezida Robert Mugabe Yashengeye mu Mafoto

Perezida Mugabe avugana n'itangazamakuru mu 1998. Aha yamahagarira Abanyafrika gufatana mu nda

Mugabe ariko avuga ijambo igihe yakwiza imyaka 90 yiwe y'amavuko



Mugabe mu birori vyo guhimbaza imyaka 32 Zimbabwe yikukiye
Bamwe mu bana bariko bakinira ahari icapa ca Perezida Mugabe igihe urugamba rwo kumweguza mu 2017 rwari rukamvye
Mugabe na Madamu wiwe ku munsi bahimbaza isabukuru yiwe
Mugabe ahimbaza imyaka yiwe 92
Mugabe ahimbaza imyaka yiwe 93