Videwo n'Amafoto Inyubakwa Ndangamico ya Brezile Yahiye 03-09-2018 Your browser doesn’t support HTML5 Perezida wa Brezile Michel Temer yavuze ko iyo nyubakwa yari imaze imyaka 200 yarimwo ibikoresho ndangamico bifise agaciro k'ama miriyoni 20 mu madorali. Ntibiramenyekana neza ivyononywe n'uwo muriro.