Imyaka 3 Irarumanye Umumenyamakuru Bigirimana Aburiwe Irengero

Umumenyeshamakuru, Jean Bigirimana

Kuri uyu wa mbere imyaka 3 irarumanye umunyamakuru Jean Bigirimana yakorera ikinyamakuru Iwacu mu Burundi aburiwe ingero.

Ico kinyamakuru kivuga ko citwaye mu butungane yamara ko dosiye ataho irashika. Umuryango wa Jean aho uri mu buhungiro wifuza gutunganya imigirwa yo guca ku mazi no kuganduka kuko wataye icizere ko uwabo atakiboneka.

Your browser doesn’t support HTML5

Umuryango w'Umunyamakuru Jean Bigirimana Nta Cizere Ufise c'Ukuzongera Kumubona