Impande Zitandukanye Zikomeje Gushira Igikumu mu Gitabo c'Iteka co Guherekeza Perezida Nkurunziza
Your browser doesn’t support HTML5
Mu kurindira ko itariki y'ishingurwa rya Perezida w'Uburundi Pierre Nkurunziza imenyekana, imice itandukanye y'abantu bakomeje kuja gushira igikumu mu gitabo c'iteka camugenewe. Hagati aho, ku wa kane ni ho Generali Evariste #Ndayishimiye azomusubirira azorahira