DRC: Imyiyerekano y'Abigisha Basaba Kudugirizwa Imishahara

Your browser doesn’t support HTML5

Ejo ku wa mbere, abigisha bo mu mashure abanza n'ayisumbuye muri teritware ya Uvira na Fizi muri Kivu y'Epfo, bakoze imyiyerekano yo gusaba ko agashahara kabo koduzwa, kakavanwa ku madorali 80 kakaja ku madorali 400 ku kwezi.