DRC: Abatavuga Rumwe na Reta Batoye Umu Kandida Azobaserukira mu Matora

Your browser doesn’t support HTML5

Martin Fayulu ni we yagenywe n'abatavuga rumwe na Reta muri Kongo kugira azobaserukire mu matora y'umukuru w'igihugu ategekanijwe mu kwezi kwa cumi na kabiri uno mwaka