Urunani rw’abanyapolitike batavuga rumwe na reta y’Uburundi, rwatangaje ko ruzokora ibishobotse vyose kugira rukure reta ya President Pierre Nkurunziza.
Ivyo bitangazwa n’umukuru w’urunani CNARED Leonard Nyangoma, avuga kw’iyo ngingo yafashwe igihe c’inama y’imisi ibiri yakoreshejwe n’akanama nyobozi kw’urwo runani:
Mushobora kwumviriza.
Your browser doesn’t support HTML5