Burundi: Leta Ifata Ubwicanyi Bwakorewe Abahutu muri 1972 nk'Ihonyabwoko

Ntahorwamiye Prosper

Mu kiganiro c’abavugizi b’inzego za Reta harimwo n’uw'umukuru w’igihugu cabereye mu ntara ya Makamba mu bumanuko bw’igihugu, Prosper Ntahorwamiye umuvugizi wa Reta yakeje umurwi CVR wo kurondera ukuri no kunywanisha Abarundi. Ntahorwamiye yemeje ko bigaragara hafatiwe kubimenyetso we abona ko ihonyabwoko ryakorewe Abahutu muri 1972.

Eloge Willy Kaneza, umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika abiducira ku masonga muri ino nkuru

Your browser doesn’t support HTML5

Leta y'Uburundi Ifata Ubwicanyi Bwakorewe Abahutu muri 1972 nk'Ihonyabwoko