Burundi: Igikorane Catunganijwe na Prezida Ndayishimiye

Prezida Evariste Ndayishimiye

Prezida Evariste Ndayishimiye

Kuva kuri uyu wa mbere kugeza kuwa gatatu w'iyi ndwi hatanguye igikorane c'amasengesho catunganijwe n'umuryango wa perezida Évariste Ndayishimiye.

Musenyeri mukuru wa diyoseze nkuru ya Bujumbura Gervais Banshimiyubusa asoma imisa yuguruye ico gikorane yashimiye cane perezida ku majambo yo gusubiza hamwe ashikiriza amuhamagarira gutezurira imbohe nyinshi zikiri mu mabohero.

Inkuru y'Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza

Your browser doesn’t support HTML5

Burundi: Ekleziya Katolika Irashima Ibikorwa na Perezida Ndayishimiye