Burundi: Gerenade Yahitanye Umuntu mu Kinama

Umuntu umwe yarishwe kw’igenekerezo rya gatandatu ry’ukwezi kwa kabiri, mu gitero cabereye mu bunywero bwo muri zone Kinama mu buraruko bwa Bujumbura.

Ico gitero carakomerekeje abantu, congera gihitana ubuzima bw’umwana yariko ahandariza amagi.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Burundi Eloge Willy Kaneza ni we wakurikiranye iyi nkuru.

Your browser doesn’t support HTML5

Igitero cyo mu Kinama