Burundi:Ibiharuro vy’Infatakibanza mu Matora y’Umukuru w’Igihugu

Ibiharuro vy’infatakibanza vyavuye mu matora y’umukuru w’igihugu mu Burundi vyerekana ko prezida Petero Nkurunziza afise amajwi 69 kw’ijana, agakwirikirwa na Agathon Rwasa afise amajwi 18 n’ibice 99 kw’ijana.

Burundi Election

Mu birori vy’ukwerekana ivyavuye mu matora, abatavuga rumwe na Reta ntibitavye, kiretse uwurongoye urunani COPA, Jean de Dieu Mutabazi.

Your browser doesn’t support HTML5

Papier 24 Juillet 015 resultats presidentiels 3'00"