Burundi: Abarenga 300 Begeranirijwe Hamwe ngo Bapimwe COVID19

Ifoto yerekana bamwe mu Barundi bari ku mupaka u Rwanda ruhana n'Uburundi ku ruhande rwa Kanyaru mu 2016.

Abarundi barenga 300 ni bo bashizwe mu bibanza vya bonyene kugira bakurikiranwe imisi 14 n’abaganga ko ata mugera wa Corona binjiranye mu Burundi.

Baje bava mu bihugu vya Kenya, Ouganda, Tanzaniya n’u Rwanda. Abo bantu bategerezwa kwirihira aho barara n'ivyo bafungura.

Inkuru yateguwe n'umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Désiré Hatungimana.

Your browser doesn’t support HTML5

Burundi: Abarenga 300 Begeranirijwe Hamwe ngo Bapimwe COVID19