Amerika muri ino ndwi || Ibikorwa byo Kwitegura Amatora muri Amerika Birabandanya

Your browser doesn’t support HTML5

Imyiteguro y'amatora yo muri Amerika irabandanya mu gihe intambara ya Isirayeri na Hamas iri mu biriko biragaruka cane mu majambo ya Prezida Joe Biden na Donald Trump bahanganye.