Umugwi w’igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu mu Burundi CNIDH uvuga ko wamaze gutangura amatohoza kugira umenye niba koko abanyagihugu bishwe n’inzego z’umutekano ku musi wa gatanu inyuma y’ibitero vyabaye ku makambi ya gisirikare.
Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika Eloge Willy Kaneza mu Burundi ni we wakurikiranye iyi nkuru.
Your browser doesn’t support HTML5
Agateka ka zina muntu mu Burundi