Abahungutse ahanini bagizwe n'abana n'abagore. Abasigaye mw'ikambi ya Mahama barenga ibihumbi 60.
Amafoto y'Igikorwa co Gutahukana Abarundi Bagera ku 493 Bari Bahungiye mu Rwanda

Bamwe mu bahungutse

Umwe mu miduga yatahukanye impunzi

Bamwe mu bahungutse

Bamwe mu bahungutse
Abana bari mu bahungutse
Bamwe mu bahungutse
Abahungutse bageze ku mupaka
Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu c'Uburundi Gervais Ndirakobuca, kumwe n'uw'amagara y'abantu muganga Thadee Ndikumana