Videwo n'Amafoto Amafoto y'Ivyononywe n'Imvura Yahitanye 30 mu Burundi igihe inkuru iherukiye kuvugururwa Umwe mu bacitse kw’icumu yatubwiye ko “yabuze abantu bane bo mu muryango wiwe”. Uwundi nawe ati” Hari imiryango ibiri yose y’abaturanyi ata we uzi irengero ryayo”