ADB: Ubutunzi bw'Uburundi Bwarisununuye mu Mezi 6 Aheze

Umurundikazi mu gikorwa cy'uburimyi mu ntara ya Ngozi. 90 ku ijana by'utunzi bw'Uburundi bishingiye ku burimyi n'ubworozi

Ikigo c’igihugu kijejwe guteza imbere Uburundi (Agence de Développement du Burundi) catangaje ko mu mezi atandatu aheze ubutunzi bw’igihugu bwisununuye cane.

Mu kiganiro ico kigo cahaye abamenyeshamakuru, urwo rwego rwerekanye ko igisata co kworohereza abarwizatunga, gushinga amashirahamwe n’amahinguriro ari ho hahagaze ahanini iryo terambere.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Pierre Claver Niyonkuru yabikurikiye ategura iyi nkuru.

Your browser doesn’t support HTML5

Abagwizatunga b'Uburundi Baroroherejwe mu Mezi 6 Aheze