Abimukira Bagana Amerika Boba Bagiye Kuza Bararungikwa muri Guatemala?

Your browser doesn’t support HTML5

Prezida wa Amerika Donald Trump ashobora gusinyiranira amasezeranao na Guatemala, azotuma abimukira baza muri Amerika barungikwa muri ico gihugu. Ku wa mbere Trump na mugenzi we Jimmy Morales bazogirana umubonano woba ugamije kwemeza ko Guatemala itekanye ku bipfuza ubuhungiro.