Abategetsi Bamwe Bamwe bo mu Mugambwe Uprona, Barashikije Urwandiko Rurimwo Ibintu Bavuga ko Vyotuma Uburundi Bwogorora

  • Frederic Nkundikije

Abategetsi bari muri comite Central y’umugambwe Uprona bari ku ruhande rumwe, barashikirije urwandiko rushira ahabo, ibintu bavuga ko bikwiye gukorwa, kugira ngo mu Burundi demokrasi itsimbatare, n’umutekano usasagare: Umushingantahe Jean Baptist Manwangari yabwiye mugenzi wacu Frederic Nkundikije kw’ibiganiro, arico kintu cotuma ibintu bija mu buryo mu Burundi: